Alvin Smith - For You (Official Music Video)

#alvinsmith #foryou #2023 Video director : Pop’s Another Level Films pro : Joel houghton Studio : kuza muzik Queen video : lynca ish’m Location : AltusMotel & Vino garden Stylist: house of brand 257 Special thanks : Tuguma dori Download and stream ‘’ for you‘’ here Suivez toute l’actualité de Alvin Smith FOR YOU(lyrics song) Verse: Pretty girl pretty girl Fine girl fine girl Nyereka ah’ ubabara ndaza gukanda Sentiment zawe je ndazi capta naho ub’ uri kure mugahinga maa Ennemies zawe ndazi f** sinshaka kugushira mugahinga maa Energy when i’m weak medecine when i’m sick eeh Hennessy canke gin everything what you drink eeh Aba haters ndaba bloqua Babiloni nazo nkazisogota yeah Imitego yabo turayi sauta Nibavuge barushe bazohora Chorus: For you love(nopfa) Wherever you go(noza) For you love(nopfa) 🎶🎶🎶 For you love(nopfa) Wherever you go(noza) For you love(nopfa) 🎶🎶🎶 verse: Bakwita bad girl mama Ariko bagasaba inamba Ntibazi kuri class woman Iwawe narateye inanga Bintu ubona baby vyose ni bito Ivyo nkufitiye imbere bisumba ivyo Hennessy canke gin everything what you drink eeh Aba haters ndaba bloqua Babiloni nazo nkazisogota yeah Imitego yabo tura yi sauta Nibavuge barushe bazohora Chorus: For you love(nopfa) Wherever you go(noza) For you love(nopfa) 🎶🎶🎶 For you love(nopfa) Wherever you go(noza) For you love(nopfa) 🎶🎶🎶 Tuguma dori
Back to Top